Kuvayo 13:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ku murango Yehova yagendera imbere yabo mu nkingi y’igicu kugira abereke inzira+, mw’ijoro na ho akagendera mu nkingi y’umuriro kugira abamurikire. Ivyo vyatuma bagenda ijoro n’umurango+. 1 Ngoma 14:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Niwumva urwamo nk’urw’abantu bariko baratambuka ruvugira hejuru ya nya bisaka, uce ugaba igitero. Imana y’ukuri izoba yakwitangiye imbere kugira igufashe kwica ingabo z’Abafilisitiya+.»
21 Ku murango Yehova yagendera imbere yabo mu nkingi y’igicu kugira abereke inzira+, mw’ijoro na ho akagendera mu nkingi y’umuriro kugira abamurikire. Ivyo vyatuma bagenda ijoro n’umurango+.
15 Niwumva urwamo nk’urw’abantu bariko baratambuka ruvugira hejuru ya nya bisaka, uce ugaba igitero. Imana y’ukuri izoba yakwitangiye imbere kugira igufashe kwica ingabo z’Abafilisitiya+.»