ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Niwumve wa juru we, nawe si+ utege amatwi,

      kuko Yehova avuze ati:

      «Narareze abana barakura+,

      mugabo barangararije+.

  • Yesaya 31:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 «Yemwe Bisirayeli, nimugaruke kuri Umwe mwagararije vyeruye+.

  • Yesaya 59:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Twaracumuye turihakana Yehova.

      Imana yacu twayiteye ibitugu.

      Twavuze ivyo gucinyiza abandi no kugarariza+.

      Twiyumviriye ibinyoma mu mutima, tuvugira mu ntamatama amajambo y’ububeshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika