ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 29:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Yehova avuze ati: «Aba bantu bansengesha akarimi gusa,

      bakanyubahisha iminwa yabo+.

      Mugabo umutima wabo uri kure yanje rwose,

      kandi ukuntinya kwabo gushingiye ku mabwirizwa bigishijwe yavuye ku bantu+.

  • Ezekiyeli 33:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Erega kuri bo umeze nk’akaririmbo k’urukundo karirimbanywe akajwi keza, gaherekejwe n’akaziki gacuraranzwe neza n’igicurarangisho c’imirya. Bazokwumva ivyo uvuga mugabo nta n’umwe azobikora.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika