Abalewi 16:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Iri ni itegeko ryamaho kuri mwebwe: ku musi w’icumi w’ukwezi kugira indwi mutegerezwa kwibabaza*. Ntihaze hagire uwukora igikorwa na kimwe+, yaba imvukira canke umunyamahanga aba muri mwebwe.
29 Iri ni itegeko ryamaho kuri mwebwe: ku musi w’icumi w’ukwezi kugira indwi mutegerezwa kwibabaza*. Ntihaze hagire uwukora igikorwa na kimwe+, yaba imvukira canke umunyamahanga aba muri mwebwe.