Zaburi 41:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Hahiriwe uwitaho umuntu mutoyi+.Yehova azomukiza ku musi w’ivyago. Zaburi 112:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Aratanga cane*, agafasha aboro+. צ [Tsade] Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe vyose+. ק [Kofu] Inguvu ziwe zizokwongerekana kandi azoterwa iteka*. Imigani 19:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Uwugiriye ubuntu umuntu mutoyi aba aguranye Yehova+,kandi azomuha impera* y’ivyo yakoze+. Imigani 22:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Uwutanga cane* azohezagirwa,kuko ibifungurwa vyiwe abihako abakene+.
9 Aratanga cane*, agafasha aboro+. צ [Tsade] Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe vyose+. ק [Kofu] Inguvu ziwe zizokwongerekana kandi azoterwa iteka*.