ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 18:7, 8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Nta muntu afata nabi+, ahubwo asubiza uwumufitiye ideni ingwati yatanze+. Nta we yiba+, ahubwo agaburira uwushonje+, akambika agahuzu uwuri gusa+. 8 Iyo aguranye ntasaba inyungu canke ngo arondere kwunguka ivy’umurengera+, ahubwo yirinda kurenganya+. Aratunganiriza neza umuntu n’uwundi+.

  • Yakobo 2:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Nimba benewacu canke bashiki bacu badafise ivyo bambara* canke ibifungurwa bikwiye vya buri musi, 16 yamara umwe muri mwebwe akababwira ngo: «Genda amahoro muronke ibibasusurutsa, kandi mufungure neza», mugabo ntimubahe ivyo umubiri wabo ukeneye, bimaze iki+?

  • 1 Yohani 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ariko uwufise ibintu vyo muri iyi si hanyuma akabona mwenewabo ari mu bukene mugabo ntamwumvire impuhwe, yovuga gute ko akunda Imana+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika