ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 32:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Kuko umuntu w’imburabwenge azovuga ibitagira umutwe n’amaguru,

      kandi umutima wiwe uzokwiyumvira ibintu bibi+.

      Azobigira kugira aremeshe abandi guheba Imana* no kuvuga ibintu bigoramye birwanya Yehova,

      kugira ngo atume uwushonje ataronka ico arya,

      n’uwunyotewe abura ico anywa.

  • Yesaya 59:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Kuko ibiganza vyanyu vyandujwe n’amaraso+,

      intoke zanyu na zo zikanduzwa n’amakosa.

      Iminwa yanyu ivuga ibinyoma+, ururimi rwanyu rukavugira mu ntamatama ibitagororotse.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika