ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 130:6-8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Ndarindiriye Yehova ndabishashaye+,

      kuruta uko inderetsi zirindira igitondo+,

      emwe kuruta uko inderetsi zirindira igitondo.

       7 Isirayeli nigume irindiriye Yehova,

      kuko urukundo rwa Yehova rudahemuka+,

      kandi afise ububasha bwinshi bwo gukiza.

       8 Azokiza Abisirayeli amakosa yabo yose.

  • Yesaya 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Kuri uwo musi bazovuga bati:

      «Raba! Iyi ni yo Mana yacu+.

      Twarayizigiye+

      kandi izodukiza+.

      Uyu ni Yehova.

      Twaramwizigiye.

      Tunezerwe duhimbarwe kubera ubukiriro atanga+.»

  • Mika 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Ariko jeho, nzoguma nderetse Yehova+.

      Nzorindira* Imana y’ubukiriro bwanje+.

      Imana yanje izonyumva+.

  • 1 Abakorinto 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Mugabo nk’uko vyanditswe: «Ijisho ntiryabonye, n’ugutwi ntikwumvise, eka n’ibintu Imana yateguriye abayikunda ntivyiyumviriwe mu mutima w’umuntu+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika