Gusubira mu vyagezwe 31:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ico gihe nzobashavurira cane+, ndabahebe+ kandi ndabahishe mu maso hanje+ gushika batikiye. Maze nibamara gushikirwa n’ivyago vyinshi be n’amaganya menshi+, bazovuga bati: “Ubwo ibi vyago ntibiriko bidushikira kubera ko Imana yacu itari kumwe natwe+?” Yesaya 57:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Naramushavuriye kubera icaha co kurondera inyungu mbi+.Ni co gituma nashavuye ndamuhana, nyegeza mu maso hanje. Mugabo yagumye yigenza nk’umuhemu+, akurikira umutima wiwe.
17 Ico gihe nzobashavurira cane+, ndabahebe+ kandi ndabahishe mu maso hanje+ gushika batikiye. Maze nibamara gushikirwa n’ivyago vyinshi be n’amaganya menshi+, bazovuga bati: “Ubwo ibi vyago ntibiriko bidushikira kubera ko Imana yacu itari kumwe natwe+?”
17 Naramushavuriye kubera icaha co kurondera inyungu mbi+.Ni co gituma nashavuye ndamuhana, nyegeza mu maso hanje. Mugabo yagumye yigenza nk’umuhemu+, akurikira umutima wiwe.