ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 29:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ese ingene mucurika* ibintu!

      None umubumvyi n’ibumba vyakabaye bingana+?

      Icahinguwe covuga ku bijanye n’uwagihinguye ngo:

      «Ntiyampinguye+»?

      Mbega icabumbwe cokwubahuka kuvuga ku bijanye n’uwakibumvye ngo:

      «Nta na kimwe ategera+»?

  • Yesaya 45:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Aragowe uwurwana* n’Uwamuremye*

      kandi ari urujo gusa

      ruri hasi mu zindi njo!

      Mbega ibumba ryobwira Umubumvyi* ngo: «Uriko ukora iki+?»

      Canke ikintu wakoze covuga ngo: «Nta maboko agira*»?

  • Yeremiya 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 «Jewe Yehova mvuze nti: “Mbega sinshoboye kubagirira nk’uwu mubumvyi, ga yemwe Bisirayeli? Nka kurya kw’ibumba mu maboko y’umubumvyi, ni ko namwe mumeze mu maboko yanje, yemwe Bisirayeli+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika