ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 36:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Nuko Imana ituma umwami w’Abakaludaya+ aza kubatera, yicisha+ inkota imisore yabo mu nzu yabo nyeranda+, ntiyumvira akagongwe umusore canke umwigeme, uwushaje canke uwugoyagoya+. Imana yaramuhaye vyose+.

  • 2 Ngoma 36:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Aturira inzu y’Imana y’ukuri+, asiturira hasi uruzitiro rwa Yeruzalemu+, aturira iminara yaho ikomeye, atikiza n’ibintu vyaho vy’agaciro vyose+.

  • Yeremiya 52:12, 13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Mu mwaka ugira 19 Nebukadinezari* umwami wa Babiloni aganza, ku musi ugira cumi w’ukwezi kugira gatanu, Nebuzaradani ashika i Yeruzalemu. Nebuzaradani yakorera umwami wa Babiloni, akaba yari umukuru w’abamucungera+. 13 Maze aturira inzu ya Yehova+, inzu* y’umwami n’inzu zose z’i Yeruzalemu, aturira n’inzu nini zose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika