ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 18:33, 34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Mbega mu mana zose z’amahanga, hari n’imwe yashoboye gukingira igihugu cayo ngo ntigifatwe n’umwami wa Ashuri? 34 Imana z’i Hamati+ n’i Arupadi ziri hehe? Iz’i Sefaruvayimu+, i Hena n’i Iva zozo ziri hehe? Zoba zarakingiye Samariya sindahafate+?

  • 2 Ngoma 32:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Abasuku ba Senakeribu babandanya kuvuga nabi Yehova Imana y’ukuri n’umusavyi wiwe Hezekiya.

  • 2 Ngoma 32:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Bavuga nabi Imana y’i Yeruzalemu nk’uko bavuze nabi imana z’ayandi mahanga yo kw’isi zakozwe n’amaboko y’abantu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika