ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 50:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Abasore biwe rero bazogwa mu bibanza rusangi+,

      kandi kuri uwo musi abasoda biwe bose bazohona*», ni ko Yehova avuze.

  • Yeremiya 51:3, 4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Uwurasisha umuheto ntawutegure*.

      Kandi ntihagire uwuhaguruka yambaye ikoti yiwe y’ivyuma.

      Ntimwumvire impuhwe imisore ya Babiloni+.

      Nimutikize ingabo ziwe zose.

       4 Bazogandagurwa bagwe mu gihugu c’Abakaludaya,

      batobekeranywe mu mabarabara ya Babiloni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika