ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 21:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Hari ibintu bikaze neretswe:

      Umuhemu arahemuka,

      uwuhonya agahonya.

      Duga, Elamu we! Sugereza, Bumedi+ we!

      Nzokuraho ukuniha kwose yateje*+.

  • Yeremiya 50:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Kuko ngira ntumeko ishengero ry’amahanga akomeye avuye mu gihugu co mu buraruko+,

      baze gutera Babiloni.

      Bazoza batonze urugamba bamutere,

      bamufate bazananye muri urwo ruhande.

      Imyampi yabo imeze nk’iy’umurwanyi

      ahekura abavyeyi+.

      Ntihusha.

  • Yeremiya 51:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 «Nimusene imyampi+. Nimutore inkinzo z’umuzingi*.

      Yehova yatumye abami b’Abamedi baja ku rugamba*+,

      kuko ashaka gutikiza Babiloni.

      Yehova arihoye, arihoye kubera urusengero rwiwe.

  • Daniyeli 5:30, 31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Belushazari umwami w’Umukaludaya aca yicwa muri iryo joro nyene+. 31 Dariyo+ Umumedi aca aba umwami. Yari afise nk’imyaka 62.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika