Kuvayo 2:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Hanyuma abonye bitagikunda ko amunyegeza+, aca afata ikapo* ijishwe mu rufunzo*, ayihomekako ikaburimbi n’uburembo maze ayishiramwo uwo mwana. Araheza ashira iyo kapo mu marenga yari ku nkombe y’uruzi Nili.
3 Hanyuma abonye bitagikunda ko amunyegeza+, aca afata ikapo* ijishwe mu rufunzo*, ayihomekako ikaburimbi n’uburembo maze ayishiramwo uwo mwana. Araheza ashira iyo kapo mu marenga yari ku nkombe y’uruzi Nili.