Kuvayo 9:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nuko rutikiza ibintu vyose vyari mu gahinga mu gihugu cose ca Misiri, ushizemwo abantu n’ibikoko. Rutikiza ivyatsi vyose n’ibiti vyose+. Kuvayo 9:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Igiterwa c’ilino* na sayiri* vyari vyononekaye kubera urubura, kuko sayiri yari iyangitse, ilino na ryo rikaba ryari rishuritse. Imigani 7:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Igitanda canje nagishasheko ibisaswa vyiza cane,ibisaswa vy’amabara bikozwe mw’ilino* yo mu Misiri+.
25 Nuko rutikiza ibintu vyose vyari mu gahinga mu gihugu cose ca Misiri, ushizemwo abantu n’ibikoko. Rutikiza ivyatsi vyose n’ibiti vyose+.
31 Igiterwa c’ilino* na sayiri* vyari vyononekaye kubera urubura, kuko sayiri yari iyangitse, ilino na ryo rikaba ryari rishuritse.
16 Igitanda canje nagishasheko ibisaswa vyiza cane,ibisaswa vy’amabara bikozwe mw’ilino* yo mu Misiri+.