Itanguriro 41:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Bukeye, Farawo ahagarika umutima cane. Aca atumako abaherezi bakora ivy’amageza bo mu Misiri bose n’abantu b’incabwenge* baho bose. Araheza abiganira indoto ziwe, ariko nta n’umwe yashoboye kuzimusobanurira. 1 Abami 4:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Salomo yari afise ubukerebutsi kuruta abantu bose bo mu buseruko n’Abanyamisiri bose+. Ivyakozwe 7:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Musa rero yarigishijwe ubukerebutsi bwose bw’Abanyamisiri, kandi yavugana ububasha, agakora ibikomeye+.
8 Bukeye, Farawo ahagarika umutima cane. Aca atumako abaherezi bakora ivy’amageza bo mu Misiri bose n’abantu b’incabwenge* baho bose. Araheza abiganira indoto ziwe, ariko nta n’umwe yashoboye kuzimusobanurira.
22 Musa rero yarigishijwe ubukerebutsi bwose bw’Abanyamisiri, kandi yavugana ububasha, agakora ibikomeye+.