ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 11:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Kandi hazobaho ibarabara rikuru*+ riva muri Ashuri ku bw’amasigarira y’abantu biwe bazoba bagisigaye+,

      nk’uko nyene habayeho inzira Isirayeli yaciyemwo umusi yava mu gihugu ca Misiri.

  • Yesaya 35:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Hazoba ibarabara rikuru*+,

      inzira yitwa inzira y’ubweranda.

      Uwuhumanye ntazoyicamwo+.

      Izocamwo gusa abemerewe kuyigenderamwo.

      Nta gipfu kizoyihonyozamwo ikirenge.

  • Yesaya 40:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Hari ijwi ry’umuntu mu bugaragwa asemerera ati:

      «Nimutunganye* inzira ya Yehova+!

      Nimucire Imana yacu ibarabara rikuru*+ kandi rigororotse mu bugaragwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika