-
2 Abami 25:4, 5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Maze Abakaludaya bamena uruzitiro rw’ico gisagara+. Mu gihe bari bakikuje ico gisagara, abasoda bose ba Zedekiya bahengera mw’ijoro, barahunga baciye mw’irembo ryari hagati y’inzitiro zibiri hafi y’umurima w’umwami. Umwami Zedekiya aca ahunga yerekeza mu karere ka Araba+. 5 Mugabo ingabo z’Abakaludaya zimwirukako, zimuhambiriza mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko maze abasoda biwe bose barasanzara baramuta.
-