2 Abami 25:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nebuzaradani umukuru w’abacungera umwami atwara mu bunyagano abantu bari basigaye mu gisagara n’abari bataye bakomokera ku mwami wa Babiloni n’abandi banyagihugu bose+.
11 Nebuzaradani umukuru w’abacungera umwami atwara mu bunyagano abantu bari basigaye mu gisagara n’abari bataye bakomokera ku mwami wa Babiloni n’abandi banyagihugu bose+.