ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mika 1:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Ku bw’ivyo, nzorira mboroge+.

      nzogenda ata birato nambaye kandi ndi gusa+.

      Nzorira nk’imbwebwe,

      mboroge nk’ibinyoni vyitwa imbuni*.

       9 Kuko uruguma rwiwe rudashobora gukira+.

      Rwarashitse no mu Buyuda+.

      Icago carakwiragiye gushika kw’irembo ry’abantu bo mw’ihanga ryacu, gushika i Yeruzalemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika