7 Amaherezo Abakaludaya bamena uruzitiro rw’ico gisagara. Mu gihe bari bakikuje ico gisagara, abasoda bose ba Zedekiya bahengera mw’ijoro, bava mu gisagara barahunga baciye mw’irembo ryari hagati y’inzitiro zibiri hafi y’umurima w’umwami. Barabandanya berekeza mu karere ka Araba+.