2 Abami 18:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Maze Eliyakimu mwene Hilikiya yari ajejwe ivyo ku kirimba*, n’umunyamabanga Shebuna na Yowa mwene Asafu, umwanditsi w’ivyaja biraba, baja kuraba Hezekiya bitaburiyeko impuzu, bamwiganira ivyo Rabushake yavuze. 2 Abami 19:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Aca arungika Eliyakimu yari ajejwe ivyo ku kirimba*, n’umunyamabanga Shebuna n’abakuru mu baherezi ngo baje kuraba umuhanuzi Yesaya+ mwene Amozi. Bagiye bambaye amagunira.
37 Maze Eliyakimu mwene Hilikiya yari ajejwe ivyo ku kirimba*, n’umunyamabanga Shebuna na Yowa mwene Asafu, umwanditsi w’ivyaja biraba, baja kuraba Hezekiya bitaburiyeko impuzu, bamwiganira ivyo Rabushake yavuze.
2 Aca arungika Eliyakimu yari ajejwe ivyo ku kirimba*, n’umunyamabanga Shebuna n’abakuru mu baherezi ngo baje kuraba umuhanuzi Yesaya+ mwene Amozi. Bagiye bambaye amagunira.