ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 41:41, 42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 41 Farawo yongerako ati: «Umve, ndaguhaye kugaba igihugu cose ca Misiri+.» 42 Farawo aca yambura impeta yiwe y’ikidodo ayambika Yozefu ku rutoke, amwambika n’impuzu nziza cane* be n’umugufu w’inzahabu mw’izosi.

  • Esiteri 8:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Morudekayi ava imbere y’umwami arasohoka. Yari yambaye impuzu ya cami ifise ibara ry’ubururu n’iryera, yambaye n’urugori rw’igitangaza rw’inzahabu be n’umutamana wo mu gitambara ciza c’ubwoya busa n’umuyugubwe*+. Mu gisagara i Shushani* biha akamo k’umunezero.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika