Yesaya 23:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ng’ubu ubutumwa bwerekeye Tiro+: Nimuboroge mwa mato* y’i Tarushishi+ kuko ikivuko catikijwe. Nta wushobora kwinjirayo. Iyo nkuru bayumvise ivuye mu gihugu ca Kitimu+. Ezekiyeli 26:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nzotuma usigara uri urutare rukayangana kandi rugaragara. Uzocika imbuga yo kwanikirako insenga z’umukwabu+. Ntuzogenda usubiye kwubakwa, kuko ari jewe Yehova ndabivuze”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. Ezekiyeli 26:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Bazokuririmbira akaririmbo k’intimba+, bakubwire bati: ‘Ewe kuntu wayogeye+, wewe wahora ubamwo abantu bava mu biyaga, wewe gisagara cavugangwa!Mwe n’abakubamwo mwari agakomeye ku kiyaga+,mukajugumiza ababa kw’isi bose!
23 Ng’ubu ubutumwa bwerekeye Tiro+: Nimuboroge mwa mato* y’i Tarushishi+ kuko ikivuko catikijwe. Nta wushobora kwinjirayo. Iyo nkuru bayumvise ivuye mu gihugu ca Kitimu+.
14 Nzotuma usigara uri urutare rukayangana kandi rugaragara. Uzocika imbuga yo kwanikirako insenga z’umukwabu+. Ntuzogenda usubiye kwubakwa, kuko ari jewe Yehova ndabivuze”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
17 Bazokuririmbira akaririmbo k’intimba+, bakubwire bati: ‘Ewe kuntu wayogeye+, wewe wahora ubamwo abantu bava mu biyaga, wewe gisagara cavugangwa!Mwe n’abakubamwo mwari agakomeye ku kiyaga+,mukajugumiza ababa kw’isi bose!