Ezekiyeli 26:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Hazocika imbuga yo kwanikirako insenga z’umukwabu hagati mu kiyaga+.” “Ni jewe ndabivuze”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, “kandi hazosahurwa n’amahanga. Ezekiyeli 26:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Umukama Segaba Yehova abwiye Tiro ati: “Ugira ngo amazinga ntazotigita niyumva urwamo rw’ugutemba kwawe, igihe abari ku mpfiro* bazoba bariko baraniha, n’inganda ziriko ziratikira iwawe+?
5 Hazocika imbuga yo kwanikirako insenga z’umukwabu hagati mu kiyaga+.” “Ni jewe ndabivuze”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, “kandi hazosahurwa n’amahanga.
15 Umukama Segaba Yehova abwiye Tiro ati: “Ugira ngo amazinga ntazotigita niyumva urwamo rw’ugutemba kwawe, igihe abari ku mpfiro* bazoba bariko baraniha, n’inganda ziriko ziratikira iwawe+?