ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 10:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Jewe Yehova ninarangiza igikorwa canje kijanye n’umusozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzohana umwami wa Ashuri kubera umutima wiwe utisonera n’amaso yiwe yibona akishira hejuru+.

  • Nahumu 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Abungere bawe bariko bisinzirirako, ewe mwami wa Ashuri!

      Abanyacubahiro bawe bigumira mu mazu yabo.

      Abantu bawe bashwiragiye ku misozi,

      kandi nta wuriko arabegeranya+.

  • Zefaniya 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Azoramvurira ukuboko mu buraruko atikize Ashuri,

      kandi azotuma Ninewe hacika umusaka+, ahantu humye nk’ubugaragwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika