ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 25:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Yehova Nyeningabo rero avuze ati: “Kubera ko mutagamburutse amajambo yanje,

  • Yeremiya 25:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Iki gihugu cose kizosigara ari ibihomvagurike, gicike akajoreza, kandi ayo mahanga azotegerezwa gukorera umwami wa Babiloni imyaka 70+.”

  • Yeremiya 27:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Uheze ubirungikire umwami wa Edomu+, uwa Mowabu+, uw’Abamoni+, uw’i Tiro+ n’uw’i Sidoni+, ubirungikane intumwa zaje i Yeruzalemu kuraba Zedekiya umwami w’Ubuyuda.

  • Yeremiya 27:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Ubu rero, ibi bihugu vyose ndabihaye umusavyi wanje Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni. Ndamuhaye n’ibikoko vyo mw’ishamba ngo abiganze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika