2 Ngoma 32:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mu nyuma, igihe Senakeribu umwami wa Ashuri yari i Lakishi+ ari kumwe n’ingabo ziwe zose*, atuma abasuku biwe i Yeruzalemu kuri Hezekiya umwami w’Ubuyuda no ku Bayuda bose b’i Yeruzalemu+ ati:
9 Mu nyuma, igihe Senakeribu umwami wa Ashuri yari i Lakishi+ ari kumwe n’ingabo ziwe zose*, atuma abasuku biwe i Yeruzalemu kuri Hezekiya umwami w’Ubuyuda no ku Bayuda bose b’i Yeruzalemu+ ati: