2 Abami 19:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Aca arungika Eliyakimu yari ajejwe ivyo ku kirimba*, n’umunyamabanga Shebuna n’abakuru mu baherezi ngo baje kuraba umuhanuzi Yesaya+ mwene Amozi. Bagiye bambaye amagunira.
2 Aca arungika Eliyakimu yari ajejwe ivyo ku kirimba*, n’umunyamabanga Shebuna n’abakuru mu baherezi ngo baje kuraba umuhanuzi Yesaya+ mwene Amozi. Bagiye bambaye amagunira.