2 Abami 18:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami w’Ubuyuda yabaye umwami mu mwaka ugira gatatu Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli aganza. 2 Abami 18:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kandi Yehova yari kumwe na we. Ivyo yakora vyose yabikorana ubukerebutsi*. Yaragararije umwami wa Ashuri, yanka kuganzwa na we+.
18 Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami w’Ubuyuda yabaye umwami mu mwaka ugira gatatu Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli aganza.
7 Kandi Yehova yari kumwe na we. Ivyo yakora vyose yabikorana ubukerebutsi*. Yaragararije umwami wa Ashuri, yanka kuganzwa na we+.