-
2 Abami 17:4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Ariko umwami wa Ashuri amenya ko Hosheya yariko ategura umugambi mubi. Nkako, hari intumwa Hosheya yari yarungitse gutabaza ku mwami wa Misiri yitwa So+, kandi ntiyari akirungikira ikori umwami wa Ashuri nko mu myaka y’imbere y’aho. Umwami wa Ashuri ni kwo guca amuta mw’ibohero, amugumizayo aboshe.
-