Gusubira mu vyagezwe 12:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Muzozana ibintu vyose ndababwiye ahantu Yehova Imana yanyu azoba yatoye ngo hitirirwe izina ryiwe+, ni ukuvuga amashikanwa aturirwa, ibimazi, ivy’icumi+, intererano n’amashikanwa yose yo gushitsa ivyo mwasezeraniye Yehova. 2 Ngoma 7:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Maze Yehova abonekera Salomo+ mw’ijoro, amubwira ati: «Numvise isengesho ryawe, kandi natoye aha hantu ngo habe ahanje, habe inzu itangirwamwo ibimazi+. 2 Ngoma 32:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mbega Hezekiya si we nyene yakuyeho ibibanza vyo gusengeramwo+ Imana yanyu* n’ibicaniro vyayo+, maze akabwira abo mu Buyuda n’i Yeruzalemu ngo: ‘Muzoze murunamira Imana imbere y’igicaniro kimwe kandi kibe ari co mutangako ibimazi+ bifumbe umwotsi’?
11 Muzozana ibintu vyose ndababwiye ahantu Yehova Imana yanyu azoba yatoye ngo hitirirwe izina ryiwe+, ni ukuvuga amashikanwa aturirwa, ibimazi, ivy’icumi+, intererano n’amashikanwa yose yo gushitsa ivyo mwasezeraniye Yehova.
12 Maze Yehova abonekera Salomo+ mw’ijoro, amubwira ati: «Numvise isengesho ryawe, kandi natoye aha hantu ngo habe ahanje, habe inzu itangirwamwo ibimazi+.
12 Mbega Hezekiya si we nyene yakuyeho ibibanza vyo gusengeramwo+ Imana yanyu* n’ibicaniro vyayo+, maze akabwira abo mu Buyuda n’i Yeruzalemu ngo: ‘Muzoze murunamira Imana imbere y’igicaniro kimwe kandi kibe ari co mutangako ibimazi+ bifumbe umwotsi’?