2 Abami 19:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mbega urazi uwo wacokoye? Urazi uwo watutse+? Uwo wakankamiye+,ukamurabana ubwibone, uramuzi? Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!
22 Mbega urazi uwo wacokoye? Urazi uwo watutse+? Uwo wakankamiye+,ukamurabana ubwibone, uramuzi? Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!