Yeremiya 49:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ku bijanye na Damasiko+: «Ababa i Hamati+ n’i Arupadi bamaramaye,kuko bumvise inkuru mbi. Bashongeshejwe n’ubwoba. Mu kiyaga hari amaganya adashobora guhwama.
23 Ku bijanye na Damasiko+: «Ababa i Hamati+ n’i Arupadi bamaramaye,kuko bumvise inkuru mbi. Bashongeshejwe n’ubwoba. Mu kiyaga hari amaganya adashobora guhwama.