-
2 Abami 19:5-7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Izo ntumwa z’umwami Hezekiya zimaze guha Yesaya ubwo butumwa+, 6 Yesaya azibwira ati: «Mubwire shobuja muti: “Yehova avuze ati: ‘Ntutinye+ kubera amajambo wumvise avugwa n’abasuku umwami wa Ashuri yarungitse kuntuka+. 7 Ngira ndamushiremwo iciyumviro* ku buryo azokwumva amakuru, agaca asubira mu gihugu iwe. Nzotuma yicishwa inkota mu gihugu iwe+.’”»
-