Gusubira mu vyagezwe 20:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nimwaja kurwana n’abansi banyu, mukabona bafise amafarasi, imikogote n’abasirikare benshi kubasumvya, ntimuze mubatinye, kuko Yehova Imana yanyu yabakuye mu Misiri ari kumwe namwe+.
20 Nimwaja kurwana n’abansi banyu, mukabona bafise amafarasi, imikogote n’abasirikare benshi kubasumvya, ntimuze mubatinye, kuko Yehova Imana yanyu yabakuye mu Misiri ari kumwe namwe+.