ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 32:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Nuko Yehova arungika umumarayika atikiza abarwanyi bose b’intwari+, intwazangabo zose, n’abakuru bose bo mw’ikambi y’umwami wa Ashuri, ku buryo asubira mu gihugu ciwe amaramara. Mu nyuma yinjira mu rusengero* rw’imana yiwe, maze bamwe mu bahungu biwe bwite bamusangayo bamwicisha inkota+.

  • Yesaya 37:37, 38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Nuko Senakeribu umwami wa Ashuri aragenda asubira i Ninewe+, agumayo+. 38 Umusi umwe ariko arasenga imana yiwe Nisiroki mu rusengero* rwayo, abahungu biwe bwite, ari bo Adurameleki na Shareseri, bamwicisha inkota+ hanyuma bahungira mu karere ka Ararati+. Umuhungu wiwe Esari-Hadoni+ aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika