Zaburi 46:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yehova Nyeningabo ari kumwe natwe+.Imana ya Yakobo ni ubuhungiro bwacu butekanye*. (Sela) Yesaya 8:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Yehova Nyeningabo ni we mukwiye kubona ko ari mweranda+,ni we mukwiye gutinya,kandi ni we akwiye kubajugumiza+.»
13 Yehova Nyeningabo ni we mukwiye kubona ko ari mweranda+,ni we mukwiye gutinya,kandi ni we akwiye kubajugumiza+.»