-
2 Abami 15:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Ku ntwaro ya Peka umwami wa Isirayeli, Tigulati-Pileseri+ umwami wa Ashuri aratera, afata igisagara ca Iyoni, ica Abeli-Beti-Mayaka+, ica Yanowa, ica Kedeshi+, ica Hazori n’akarere ka Gileyadi+. Afata n’intara ya Galilaya, ni ukuvuga akarere kose ka Nafutali+. Maze ababa aho hantu hose yafashe abajana mu bunyagano i Ashuri+.
-