ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 19:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Hari aho Yehova Imana yawe yogira ico akoze yumvise ivyo Rabushake yavuze vyose, uwo shebuja umwami wa Ashuri yatumye gucokora Imana nzima+. Hari aho Yehova Imana yawe yomuhana kubera amajambo yumvise. Ndagusavye rero usengere+ abagisigaye mu gihugu.”»

  • 2 Abami 19:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Tega ugutwi wumve, Yehova we+! Ugurura amaso Yehova+, urabe. Niwumve ubutumwa Senakeribu yarungitse bwo kugucokora wewe Mana nzima.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika