ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 18:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Kandi Hezekiya ntabahende ngo mwizigire Yehova, ababwira ngo: ‘Yehova ntazobura kudukiza, kandi umwami wa Ashuri ntazogenda afashe iki gisagara+.’

  • 2 Abami 18:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Mu mana zose z’amahanga, ni iyihe yakingiye igihugu cayo ngo sindagifate? None Yehova wewe, mwibaza ko azokingira Yeruzalemu ngo sindahafate+?’”»

  • Yesaya 10:12, 13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Jewe Yehova ninarangiza igikorwa canje kijanye n’umusozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzohana umwami wa Ashuri kubera umutima wiwe utisonera n’amaso yiwe yibona akishira hejuru+. 13 Kuko avuga ati:

      “Nzobikora biciye ku nkomezi z’ukuboko kwanje

      no ku bukerebutsi* bwanje, kuko nkerebutse.

      Nzokuraho imbibe z’amahanga+,

      nyage ubutunzi bwayo+,

      abaho ndabaneshe nk’umunyenkomezi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika