Imigani 5:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Kuko inzira z’umuntu ziri imbere ya Yehova,kandi arasuzuma ivyo akora vyose+. Imigani 15:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Amaso ya Yehova ari ahantu hose:aguma yihweza ababi n’abeza+. Abaheburayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kandi nta kiremwa na kimwe gihishijwe imbere yayo+. Ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro imbere y’uwuzotubaza ivyo twakoze+.
13 Kandi nta kiremwa na kimwe gihishijwe imbere yayo+. Ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro imbere y’uwuzotubaza ivyo twakoze+.