Zaburi 46:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Amahanga yaragiye mu ruhagarara, ubwami buratemba.Imana yaravuze, isi irashonga+. Yesaya 10:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mbega ishoka yokwihaya ku wuyisatuza? Umusumeno wokwihaya ku wuwukoresha? Ikibando+ cozungagiza uwukiduza canke inkoni ikaduza umuntu kandi atari igiti? Yesaya 37:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Mbega urazi uwo wacokoye+? Urazi uwo watutse? Uwo wakankamiye+,ukamurabana ubwibone, uramuzi? Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!
15 Mbega ishoka yokwihaya ku wuyisatuza? Umusumeno wokwihaya ku wuwukoresha? Ikibando+ cozungagiza uwukiduza canke inkoni ikaduza umuntu kandi atari igiti?
23 Mbega urazi uwo wacokoye+? Urazi uwo watutse? Uwo wakankamiye+,ukamurabana ubwibone, uramuzi? Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!