Yesaya 36:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Rabushake ababwira rero ati: «Ndabasavye mubwire Hezekiya muti: “Umwami ahambaye, umwami wa Ashuri, avuze ati: ‘Ivyizigiro vyawe bishingiye ku ki+? Yesaya 36:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mu mana zose z’ayo mahanga, ni iyihe yakingiye igihugu cayo ngo sindagifate? None Yehova wewe, mwibaza ko azokingira Yeruzalemu ngo sindahafate+?’”»
4 Rabushake ababwira rero ati: «Ndabasavye mubwire Hezekiya muti: “Umwami ahambaye, umwami wa Ashuri, avuze ati: ‘Ivyizigiro vyawe bishingiye ku ki+?
20 Mu mana zose z’ayo mahanga, ni iyihe yakingiye igihugu cayo ngo sindagifate? None Yehova wewe, mwibaza ko azokingira Yeruzalemu ngo sindahafate+?’”»