4 Hari aho Yehova Imana yawe yogira ico akoze yumvise ivyo Rabushake yavuze vyose, uwo shebuja umwami wa Ashuri yatumye gucokora Imana nzima+. Hari aho Yehova Imana yawe yomuhana kubera amajambo yumvise. Ndagusavye rero usengere+ abagisigaye mu gihugu.”»