Yesaya 10:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ni co gituma Umukama Segaba Yehova Nyeningabo avuze ati: «Bantu banje muba i Siyoni, ntimutinye kubera Umwashuri yahora abakubita inkoni+, akaduza ikibando nk’uko Misiri yagira+.
24 Ni co gituma Umukama Segaba Yehova Nyeningabo avuze ati: «Bantu banje muba i Siyoni, ntimutinye kubera Umwashuri yahora abakubita inkoni+, akaduza ikibando nk’uko Misiri yagira+.