Yesaya 31:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kurya kw’inyoni zimanuka mu cari gukingira utwana twazo, ni ko na jewe Yehova Nyeningabo nzorwanira Yeruzalemu+. Nzoharwanira, ndaharokore. Nzohaziguriza, ndahakize.»
5 Kurya kw’inyoni zimanuka mu cari gukingira utwana twazo, ni ko na jewe Yehova Nyeningabo nzorwanira Yeruzalemu+. Nzoharwanira, ndaharokore. Nzohaziguriza, ndahakize.»