2 Ngoma 32:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Muri iyo misi, Hezekiya ararwara agera hafi yo gupfa. Maze asenga Yehova+ na we aramwishura, amuha n’ikimenyetso*+.
24 Muri iyo misi, Hezekiya ararwara agera hafi yo gupfa. Maze asenga Yehova+ na we aramwishura, amuha n’ikimenyetso*+.