2 Abami 19:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Yesaya mwene Amozi aca arungikira Hezekiya ubutumwa bugira buti: «Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ivyo wambwiye mw’isengesho vyerekeye Senakeribu umwami wa Ashuri navyumvise+. Yesaya 1:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 1 Ibi ni vyo Yesaya*+ mwene Amozi yeretswe ku vyerekeye Ubuyuda na Yeruzalemu mu gihe ca Uziya+, Yotamu+, Ahazi+ na Hezekiya+, abami b’Ubuyuda+:
20 Yesaya mwene Amozi aca arungikira Hezekiya ubutumwa bugira buti: «Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ivyo wambwiye mw’isengesho vyerekeye Senakeribu umwami wa Ashuri navyumvise+.
1 Ibi ni vyo Yesaya*+ mwene Amozi yeretswe ku vyerekeye Ubuyuda na Yeruzalemu mu gihe ca Uziya+, Yotamu+, Ahazi+ na Hezekiya+, abami b’Ubuyuda+: